Abalewi 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+. 2 Ngoma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu+, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu (kuko bari bahemukiye Yehova+), 2 Ngoma 32:1 Bibiliya y’isi nshasha 32 Inyuma y’ivyo bintu n’iyo ngendo y’ubwizigirwa+, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ araza maze atangura gushwara Yuda hanyuma arakambika ngo atere ibisagara bikingijwe ibihome+; aguma yiyumvira kuvyigarurira mu kubicamwo igihengeri.
25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+.
2 Maze mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu+, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu (kuko bari bahemukiye Yehova+),
32 Inyuma y’ivyo bintu n’iyo ngendo y’ubwizigirwa+, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ araza maze atangura gushwara Yuda hanyuma arakambika ngo atere ibisagara bikingijwe ibihome+; aguma yiyumvira kuvyigarurira mu kubicamwo igihengeri.