1 Samweli 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo Yehova abwira Samweli ati: “Nturabe uko asa n’uburebure bw’igihagararo ciwe+, kubera ko namwanse. Kuko Imana itabona nk’uko umuntu abona+, kubera ko umuntu buntu abona ibiboneka ku maso+, mugabo Yehova we, abona ico umutima+ uri.” 1 Abami 8:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 wewe ubwawe uze wumve rero uri mu majuru+, ahantu hashimangiye uba+, maze ubabarire+ kandi ugire ico ukoze+, uhe umwumwe wese nk’uko inzira ziwe zose ziri+, kuko uzi umutima wiwe+ (kubera ko ari wewe wenyene uzi umutima w’abana b’abantu bose+); Yeremiya 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Jewe Yehova nsesa umutima+, ngasuzuma amafyigo+, egome, kugira ngo mpe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri+, nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+.
7 Mugabo Yehova abwira Samweli ati: “Nturabe uko asa n’uburebure bw’igihagararo ciwe+, kubera ko namwanse. Kuko Imana itabona nk’uko umuntu abona+, kubera ko umuntu buntu abona ibiboneka ku maso+, mugabo Yehova we, abona ico umutima+ uri.”
39 wewe ubwawe uze wumve rero uri mu majuru+, ahantu hashimangiye uba+, maze ubabarire+ kandi ugire ico ukoze+, uhe umwumwe wese nk’uko inzira ziwe zose ziri+, kuko uzi umutima wiwe+ (kubera ko ari wewe wenyene uzi umutima w’abana b’abantu bose+);
10 Jewe Yehova nsesa umutima+, ngasuzuma amafyigo+, egome, kugira ngo mpe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri+, nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+.