Abalewi 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+. Guharura 16:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Inyuma y’ivyo Musa abwira Aroni ati: “Tora ikijamwo umuriro, ugishiremwo umuriro uvuye ku gicaniro+, ugishireko imibavu maze unyarukire iyo ikoraniro riri ubatangire impongano+, kuko Yehova yarakaye+. Icago catanguye!” Ezekiyeli 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “‘Canke hamwe norungika ikiza kuri ico gihugu+, nkagisukako vy’ukuri ubushangashirwe bwanje kumwe n’amaraso+, kugira ngo ndakiranduremwo icitwa umuntu yakuwe mw’ivu be n’igitungwa,
16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+.
46 Inyuma y’ivyo Musa abwira Aroni ati: “Tora ikijamwo umuriro, ugishiremwo umuriro uvuye ku gicaniro+, ugishireko imibavu maze unyarukire iyo ikoraniro riri ubatangire impongano+, kuko Yehova yarakaye+. Icago catanguye!”
19 “‘Canke hamwe norungika ikiza kuri ico gihugu+, nkagisukako vy’ukuri ubushangashirwe bwanje kumwe n’amaraso+, kugira ngo ndakiranduremwo icitwa umuntu yakuwe mw’ivu be n’igitungwa,