Gusubira mu vyagezwe 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntakwiye kandi kwigwiriza abagore, kugira umutima wiwe ntuhave ukevya+; eka kandi ntakwiye kwiyongerereza ifeza n’inzahabu cane rwose+. Abacamanza 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Gideyoni agira abahungu mirongo irindwi+ bavutse kuri we*, kuko yari afise abagore benshi. 1 Abami 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Agira abagore amajana indwi, abaganwakazi, n’incoreke amajana atatu; buhorobuhoro+, abagore biwe bahengekera umutima wiwe ahandi.
17 Ntakwiye kandi kwigwiriza abagore, kugira umutima wiwe ntuhave ukevya+; eka kandi ntakwiye kwiyongerereza ifeza n’inzahabu cane rwose+.
3 Agira abagore amajana indwi, abaganwakazi, n’incoreke amajana atatu; buhorobuhoro+, abagore biwe bahengekera umutima wiwe ahandi.