ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 9:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Amaherezo Farawo atuma guhamagara Musa na Aroni, ababwira ati: “Ubu ho nacumuye+. Yehova aragororotse+, twe n’abantu banje ni twe turi mu makosa.

  • Zaburi 89:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ubugororotsi be n’ubutungane ni vyo kibanza gishimangiye c’intebe yawe y’ubwami+;

      Ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri biraza imbere yawe+.

  • Yeremiya 50:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Abababonye bose barabarokeje+, kandi abarwanizi babo bavuze+ bati: ‘Ntituzokwagirwa n’icaha+, kuko bacumuye kuri Yehova, we hantu ho kuba h’ubugororotsi+ akaba n’icizigiro ca ba sekuruza babo+, egome, Yehova.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika