ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 18:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yizigira Yehova Imana ya Isirayeli+; kandi mu nyuma ziwe nta n’umwe yabaye nka we mu bami ba Yuda bose+, mbere no mu bari baramwitangiye imbere+.

  • 1 Ngoma 5:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Amaherezo bafashwa kubarwanya, ku buryo Abahaguri n’abari kumwe na bo bose batangwa mu kuboko kwabo, kuko bari batabaje+ Imana muri iyo ntambara, na yo ikemera kwingingwa ku bwabo kuko bari bayizigiye+.

  • 2 Ngoma 16:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mbega Abanyetiyopiya+ n’Abanyalibiya+ ntibari inteko za gisirikare zikomeye cane uravye ubwinshi, imikogote n’abagendera ku mafarasi+? Yamara, kubera ko wishimikije Yehova, ntiyabatanze none mu kuboko kwawe+?

  • Zaburi 22:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Barakuririye+, barakira+;

      Barakwizigiye, ntibamaramara+.

  • Zaburi 37:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Nuragize Yehova inzira yawe+,

      Kandi umwizigire+, na we ubwiwe azogira ico akoze+.

  • Zaburi 146:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Hahiriwe uwufise Imana ya Yakobo bwa mutabazi wiwe+,

      Icizigiro ciwe kikaba kiri muri Yehova Imana yiwe+,

  • Nahumu 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Yehova ni mwiza+, ni igihome gikomeye+ ku musi w’amarushwa+.

      Arazi abaronderera ubuhungiro muri we+.

  • 1 Timoteyo 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko ico ari co dukorera cane kandi tukihatira+, kubera ko twashingiye icizigiro+ cacu ku Mana nzima, yo Mukiza+ w’abantu b’uburyo bwose+, canecane w’abizigirwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika