2 Abami 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yumva bivugwa ku bijanye na Tiruhaka umwami wa Etiyopiya ngo: “Ehe yasohotse kukurwanya.” Nuko yongera gutuma intumwa+ kuri Hezekiya ati: Ivyakozwe 8:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuri ivyo arahaguruka aragenda, maze, ehe inkone*+ y’Umunyetiyopiya+, umuntu w’ububasha yakorera Kanidake umwamikazi w’Abanyetiyopiya, akaba kandi ari we yari ashinzwe itunga ryiwe ryose. Yari yagiye i Yeruzalemu gusenga+,
9 Yumva bivugwa ku bijanye na Tiruhaka umwami wa Etiyopiya ngo: “Ehe yasohotse kukurwanya.” Nuko yongera gutuma intumwa+ kuri Hezekiya ati:
27 Kuri ivyo arahaguruka aragenda, maze, ehe inkone*+ y’Umunyetiyopiya+, umuntu w’ububasha yakorera Kanidake umwamikazi w’Abanyetiyopiya, akaba kandi ari we yari ashinzwe itunga ryiwe ryose. Yari yagiye i Yeruzalemu gusenga+,