ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko nagumije inzira za Yehova+,

      Kandi sinakoze nabi ngo mvirire Imana yanje+.

  • Zaburi 119:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 119 Hahiriwe abatagira amahinyu mu nzira yabo+,

      Abagendera mw’itegeko rya Yehova+.

  • Hoseya 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ni nde ari inkerebutsi ngo ategere ivyo bintu+? Ni nde w’ubwenge ngo abimenye+? Kuko inzira za Yehova zigororotse+; abagororotsi ni bo bazozigenderamwo+, ariko abagabitanya bazozitsitaramwo+.

  • Yohani 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko, amaze gutsiba ikimoko c’imigozi, ahindira hanze y’urusengero abo bantu bose, n’intama n’inka, asesa n’ibiceri vy’abakaba amahera, yongera ahenagura amameza yabo+.

  • Ivyakozwe 4:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Bamaze gutakamba, ahantu bari bakoraniye haranyiganyiga+; maze bose uko bangana buzuzwa impwemu nyeranda+, bavuga ijambo ry’Imana n’ubutinyutsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika