2 Abami 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+. Yobu 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu gihugu ca Uzu+ hari umugabo yitwa Yobu+. Uyo mugabo ntiyagirako umugayo+ kandi yari umuntu agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+. Zaburi 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hahiriwe umuntu Yehova adaharurako ikosa+,Mu mutima wiwe akaba ata buhendanyi buriyo+. Yakobo 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Raba! Abihanganye tubita abahirwe+. Mwarumvise ivya kwa kwihangana kwa Yobu+ mwongera murabona icavuyemwo gitanzwe na Yehova+, murabona yuko Yehova ari umunyakibabarwe cane n’umunyembabazi+.
3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.
1 Mu gihugu ca Uzu+ hari umugabo yitwa Yobu+. Uyo mugabo ntiyagirako umugayo+ kandi yari umuntu agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+.
11 Raba! Abihanganye tubita abahirwe+. Mwarumvise ivya kwa kwihangana kwa Yobu+ mwongera murabona icavuyemwo gitanzwe na Yehova+, murabona yuko Yehova ari umunyakibabarwe cane n’umunyembabazi+.