1 Abami 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ahabu akimara kubona Eliya, aca amubwira ati: “Mbega ni wewe wazanye ugukumirwa kuri Isirayeli+?” 1 Abami 21:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Ahabu abwira Eliya ati: “Wandonse ga wa mwansi wanje we+?” Na we ati: “Nakuronse. ‘Kubera ko wihebeye gukora ibibi mu maso ya Yehova+, Zaburi 34:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ivyago bizokwica umubisha+;Kandi abanka umugororotsi bazoharurwako icaha+.
20 Maze Ahabu abwira Eliya ati: “Wandonse ga wa mwansi wanje we+?” Na we ati: “Nakuronse. ‘Kubera ko wihebeye gukora ibibi mu maso ya Yehova+,