Zaburi 89:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Najanjaguye abarwanizi biwe ndabakura imbere yiwe+;Nagumye nkubitagura abamwanka urunuka+. Yohani 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Isi nta mpamvu ifise yo kubanka, mugabo jewe iranyanka, kuko nshinga intahe ku biyerekeye yuko ibikorwa vyayo ari bibi+.
7 Isi nta mpamvu ifise yo kubanka, mugabo jewe iranyanka, kuko nshinga intahe ku biyerekeye yuko ibikorwa vyayo ari bibi+.