ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Intambara hagati y’inzu ya Sauli n’inzu ya Dawidi imara igihe kirekire+; Dawidi yaguma akomera+, inzu ya Sauli na yo ikaguma isubira hasi+.

  • 2 Samweli 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe bose imbere yawe+; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina rihambaye+, nk’izina ry’abahambaye bari mw’isi.

  • 2 Samweli 22:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Nayo abansi banje, ntuzobura kumpa igikanu cabo+;

      Abanyanka urunuka, na bo nyene nzobanumya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika