Nehemiya 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ariko ndabishura nti: “Imana y’amajuru+ ni yo izoduha kuroranirwa+, natwe abasavyi bayo, tugira duhaguruke, twubake; mugabo mwebwe nta muturi+ canke uburenganzira canke icibutso+ mufise i Yeruzalemu.” Yohani 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nya Musamariyakazi rero amubwira ati: “Bishoboka bite ngo wewe, uri Umuyuda, unsabe ico kunywa, kandi jewe ndi Umusamariyakazi?” (Kuko Abayuda ata migenderanire bafitaniye n’Abasamariya+.) Yohani 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mwebwe musenga ico mutazi+; twebwe dusenga ico tuzi, kubera ko ubukiriro bukomoka ku Bayuda+.
20 Ariko ndabishura nti: “Imana y’amajuru+ ni yo izoduha kuroranirwa+, natwe abasavyi bayo, tugira duhaguruke, twubake; mugabo mwebwe nta muturi+ canke uburenganzira canke icibutso+ mufise i Yeruzalemu.”
9 Nya Musamariyakazi rero amubwira ati: “Bishoboka bite ngo wewe, uri Umuyuda, unsabe ico kunywa, kandi jewe ndi Umusamariyakazi?” (Kuko Abayuda ata migenderanire bafitaniye n’Abasamariya+.)