ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mu nyuma umwami wa Ashuri azana abantu abakuye i Babiloni+ n’i Kuti n’i Ava+ n’i Hamati+ n’i Sefaruvayimu+, abashira mu bisagara vy’i Samariya+ mu kibanza ca bene Isirayeli ngo babeyo; nuko batangura kwigarurira Samariya no kuba mu bisagara vyaho.

  • Ezira 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ariko Zerubabeli na Yeshuwa+ n’abakuru+ b’amazu ya ba sekuru ba Isirayeli basigaye bababwira bati: “Nta co muhuriyeko natwe ku bijanye no kwubakira inzu Imana yacu+, kuko twebwe ubwacu tuzokwubakira Yehova Imana ya Isirayeli turi hamwe, nk’uko nyene Umwami Kuro+ umwami w’Ubuperesi yadutegetse.”

  • Luka 9:52
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 52 Nuko atuma intumwa ngo zimwitangire imbere. Na zo ziragenda zinjira mu gisagara c’Abasamariya+, kumugirira imyiteguro;

  • Ivyakozwe 10:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 maze ababwira ati: “Murazi neza yuko bitemewe ko Umuyuda yifatanya n’umuntu w’ubundi bwoko canke ngo amwegere+; yamara Imana yanyeretse ko ata muntu nkwiye kwita uwuhumanye canke uwanduye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika