ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 5:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Nuko rero, nimba umwami abona ko ari vyiza, nihagirwe itohoza+ mu nzu y’amatunga y’umwami iri ng’aho i Babiloni, barabe ko vyoba ari ivy’ukuri yuko hari itegeko+ ryatanzwe na Kuro umwami ryo gusubira kwubaka iyo nzu y’Imana i Yeruzalemu; maze ingingo y’umwami ijanye n’ico kintu ayiturungikire.”

  • Ezira 7:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Nanje ubwanje, jewe Aritazeruzi umwami, mpaye itegeko+ abanyabigega+ bose bari hakurya ya rwa Ruzi+, yuko ikintu cose Ezira+ umuherezi, wa mwimuzi w’itegeko ry’Imana y’amajuru, azobasaba kizokorwa bidatevye,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika