Ezira 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 uwo Ezira araduga avuye i Babiloni; yari umwimuzi w’umuhanga+ mu bijanye n’itegeko rya Musa+, iryo Yehova Imana ya Isirayeli yari yaratanze, ku buryo umwami amuha ivyo yasavye vyose akurikije ukuboko kwa Yehova Imana yiwe kwari kuri we+. Nehemiya 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku musi wa mbere w’ukwezi kugira indwi+, Ezira+ umuherezi azana rero iryo tegeko imbere y’ishengero+ ry’abagabo n’abagore n’abaciye ubwenge bihagije bose ku buryo bashobora kwumviriza+.
6 uwo Ezira araduga avuye i Babiloni; yari umwimuzi w’umuhanga+ mu bijanye n’itegeko rya Musa+, iryo Yehova Imana ya Isirayeli yari yaratanze, ku buryo umwami amuha ivyo yasavye vyose akurikije ukuboko kwa Yehova Imana yiwe kwari kuri we+.
2 Ku musi wa mbere w’ukwezi kugira indwi+, Ezira+ umuherezi azana rero iryo tegeko imbere y’ishengero+ ry’abagabo n’abagore n’abaciye ubwenge bihagije bose ku buryo bashobora kwumviriza+.