ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 kugira ngo hagirwe itohoza mu gitabu c’inyandiko z’ivyabaye+ ca ba sokuruza bawe. Maze muri ico gitabu c’inyandiko z’ivyabaye uzobona wongere umenye yuko ico gisagara ari igisagara c’ikigarariji kandi gitera uruhombo abami n’intara z’ubutware, be n’uko camye kirimwo abatera umugumuko kuva mu misi ya kera. Ni co catumye ico gisagara kigirwa igiharabuga+.

  • Imigani 25:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ubuninahazwa bw’Imana ni ukugumiza ikintu ari ibanga+, ubuninahazwa bw’abami na bwo ni uguserangura ikintu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika