ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bisubiye, Dawidi ashira ibirindiro+ muri Siriya y’i Damasiko; maze Abasiriya baba abasuku ba Dawidi bo kumuzanira ikibuguro+. Yehova yaguma akiza Dawidi aho yaja hose+.

  • 1 Abami 4:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nayo Salomo, yari umutware aganza ubwami bwose, kuva kuri rwa Ruzi+ gushika mu gihugu c’Abafilisitiya no gushika ku rubibe rwa Misiri. Barazanira Salomo ingabirano bakongera bakamukorera mu misi yose y’ubuzima bwiwe+.

  • 1 Ngoma 18:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Dawidi atsindira kandi Hadadezeri+ umwami wa Zoba+ i Hamati+, mu gihe uno yariko aja gushinga ububasha bwiwe ku ruzi Efurate+.

  • 2 Ngoma 26:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Vyongeye, akora i Yeruzalemu ivyuma vy’intambara, vyateguwe n’abahinga, ngo bibe ku minara+ no mu mfuruka, kugira ngo birase imyampi n’amabuye maninimanini. Nuko ukuba rurangiranwa kwiwe+ kurakwiragira gushika kure, kuko yafashijwe mu buryo bw’agatangaza gushika akomeye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika