Ezira 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ico gihe Tatenayi+ buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+ na Shetari-bozenayi na bagenzi babo baza kuri bo, bababwira bati: “Ni nde yabahaye itegeko ryo kwubaka iyo nzu no kurangiza ico kintu cubakishijwe ibigiga+?”
3 Ico gihe Tatenayi+ buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+ na Shetari-bozenayi na bagenzi babo baza kuri bo, bababwira bati: “Ni nde yabahaye itegeko ryo kwubaka iyo nzu no kurangiza ico kintu cubakishijwe ibigiga+?”