Ezira 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nuko rero Tatenayi+ buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+, na Shetari-bozenayi+ na bagenzi banyu, ba buramatari+ batobato bari hakurya ya rwa Ruzi, ntimwegere aho hantu+. Ezira 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Tatenayi buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+, na Shetari-bozenayi+ na bagenzi babo, bakora bidatevye nk’uko Dariyo umwami yari yategetse.
6 “Nuko rero Tatenayi+ buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+, na Shetari-bozenayi+ na bagenzi banyu, ba buramatari+ batobato bari hakurya ya rwa Ruzi, ntimwegere aho hantu+.
13 Maze Tatenayi buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+, na Shetari-bozenayi+ na bagenzi babo, bakora bidatevye nk’uko Dariyo umwami yari yategetse.