Ezira 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ng’iyi ikopi+ y’ikete Tatenayi buramatari+ wo hakurya ya rwa Ruzi+ na Shetari-bozenayi+ na bagenziwe+, ba buramatari batobato bari hakurya ya rwa Ruzi, barungikiye Dariyo umwami; Ezira 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Tatenayi buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+, na Shetari-bozenayi+ na bagenzi babo, bakora bidatevye nk’uko Dariyo umwami yari yategetse.
6 Ng’iyi ikopi+ y’ikete Tatenayi buramatari+ wo hakurya ya rwa Ruzi+ na Shetari-bozenayi+ na bagenziwe+, ba buramatari batobato bari hakurya ya rwa Ruzi, barungikiye Dariyo umwami;
13 Maze Tatenayi buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+, na Shetari-bozenayi+ na bagenzi babo, bakora bidatevye nk’uko Dariyo umwami yari yategetse.