3 Ico gihe Tatenayi+ buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+ na Shetari-bozenayi na bagenzi babo baza kuri bo, bababwira bati: “Ni nde yabahaye itegeko ryo kwubaka iyo nzu no kurangiza ico kintu cubakishijwe ibigiga+?”
6 “Nuko rero Tatenayi+ buramatari wo hakurya ya rwa Ruzi+, na Shetari-bozenayi+ na bagenzi banyu, ba buramatari+ batobato bari hakurya ya rwa Ruzi, ntimwegere aho hantu+.