Yesaya 44:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umwe avuga kuri Kuro+ ati: ‘Ni umwungere wanje, kandi ikimpimbara cose azogishitsa neza+’, mbere n’ijambo mvuga kuri Yeruzalemu nti: ‘Hazosubira kwubakwa,’ ku rusengero na ho nti: ‘Umushinge wawe uzoshingwa+.’” Hagayi 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Nimuduge ku musozi, muzane imbaho+ maze mwubake iyo nzu+, kugira ngo mpimbarwe na yo+ nongere ninahazwe+,’ ni ko Yehova avuze.”
28 Umwe avuga kuri Kuro+ ati: ‘Ni umwungere wanje, kandi ikimpimbara cose azogishitsa neza+’, mbere n’ijambo mvuga kuri Yeruzalemu nti: ‘Hazosubira kwubakwa,’ ku rusengero na ho nti: ‘Umushinge wawe uzoshingwa+.’”
8 “‘Nimuduge ku musozi, muzane imbaho+ maze mwubake iyo nzu+, kugira ngo mpimbarwe na yo+ nongere ninahazwe+,’ ni ko Yehova avuze.”