Itanguriro 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.” Ezira 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo bame+ bashikiriza Imana y’amajuru amashikanwa aruhura+ bongera basengera ubuzima bw’umwami n’ubw’abahungu biwe+. Yesaya 60:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko ihanga ryose n’ubwami bwose bitazogukorera bizoyogera; kandi amahanga ntazobura gutikira+.
3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.”
10 kugira ngo bame+ bashikiriza Imana y’amajuru amashikanwa aruhura+ bongera basengera ubuzima bw’umwami n’ubw’abahungu biwe+.