Kuvayo 34:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ntuzobura rero gutora bamwe mu bakobwa babo ukabashingira ku bahungu bawe+, kandi abakobwa babo ntibazobura gushurashurana n’imana zabo, bagatuma abahungu bawe bashurashurana n’imana zabo+. Gusubira mu vyagezwe 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Nta Mwamoni canke Umunyamowabu ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova+. Mbere no gushika kw’iyaruka rigira icumi, mu babo nta n’umwe ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova, gushika igihe kitagira urugero,
16 Ntuzobura rero gutora bamwe mu bakobwa babo ukabashingira ku bahungu bawe+, kandi abakobwa babo ntibazobura gushurashurana n’imana zabo, bagatuma abahungu bawe bashurashurana n’imana zabo+.
3 “Nta Mwamoni canke Umunyamowabu ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova+. Mbere no gushika kw’iyaruka rigira icumi, mu babo nta n’umwe ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova, gushika igihe kitagira urugero,