Kuvayo 40:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uze ubarobanuze amavuta nk’uko wayarobanuje se+, gutyo bankorere bwa baherezi, kandi irobanurwa ryabo rize ribandanye kubabera ubuherezi gushika igihe kitagira urugero mu mayaruka yabo+.” Guharura 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Rizomubera we n’uruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe isezerano ry’ubuherezi gushika igihe kitagira urugero+, kuko atihanganiye ubukeba bugirwa ku Mana+ yiwe kandi agatangira impongano bene Isirayeli+.’”
15 Uze ubarobanuze amavuta nk’uko wayarobanuje se+, gutyo bankorere bwa baherezi, kandi irobanurwa ryabo rize ribandanye kubabera ubuherezi gushika igihe kitagira urugero mu mayaruka yabo+.”
13 Rizomubera we n’uruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe isezerano ry’ubuherezi gushika igihe kitagira urugero+, kuko atihanganiye ubukeba bugirwa ku Mana+ yiwe kandi agatangira impongano bene Isirayeli+.’”