Nehemiya 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze nzeza ubwo bubiko Shelemiya umuherezi na Zadoki umwimuzi na Pedaya wo mu Balewi; bano bagaba Hanane mwene Zakuri, Zakuri mwene Mataniya+, kuko babonwa ko ari abizigirwa+; ni bo bari bajejwe kugabanganiriza+ ibintu bene wabo.
13 Maze nzeza ubwo bubiko Shelemiya umuherezi na Zadoki umwimuzi na Pedaya wo mu Balewi; bano bagaba Hanane mwene Zakuri, Zakuri mwene Mataniya+, kuko babonwa ko ari abizigirwa+; ni bo bari bajejwe kugabanganiriza+ ibintu bene wabo.