Ezekiyeli 36:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko baza mu mahanga bajemwo, maze abantu batangura guhumanya izina ryanje ryeranda+ mu kuvuga ku bijanye na bo ngo: ‘Aba ni ba bantu ba Yehova, kandi bavuye mu gihugu ciwe+.’ Abaroma 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko “izina ry’Imana ririko rirogotwako mu mahanga kubera mwebwe+”; ni nk’uko vyanditswe.
20 Nuko baza mu mahanga bajemwo, maze abantu batangura guhumanya izina ryanje ryeranda+ mu kuvuga ku bijanye na bo ngo: ‘Aba ni ba bantu ba Yehova, kandi bavuye mu gihugu ciwe+.’