Zaburi 37:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Agira impuhwe kandi agatanga ingurane bukarinda bwira+,Bigatuma uruvyaro rwiwe rwitega umuhezagiro+. Zaburi 112:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuntu w’umunyempuhwe+ kandi aguranana ni mwiza+. י [Yodi]Ivyiwe abishigikiza ubutungane+. Imigani 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwugirira ubutoni umuntu mutoyi aba aguranye Yehova+, kandi ivyo akoze azobimwishura+. Imigani 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Uwugwiza ibintu vyiwe vy’agaciro biciye ku nyungu+ no ku kuguranira kwunguka, aba avyegeranirije uwugirira ubutoni abantu batobato+. Luka 6:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu no gukora iciza no gutanga ingurane+, mutizigiye kwishurwa ikintu na kimwe; kandi impembo yanyu izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose+, kuko agirira ubuntu+ intashima n’ababisha.
26 Agira impuhwe kandi agatanga ingurane bukarinda bwira+,Bigatuma uruvyaro rwiwe rwitega umuhezagiro+.
8 Uwugwiza ibintu vyiwe vy’agaciro biciye ku nyungu+ no ku kuguranira kwunguka, aba avyegeranirije uwugirira ubutoni abantu batobato+.
35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu no gukora iciza no gutanga ingurane+, mutizigiye kwishurwa ikintu na kimwe; kandi impembo yanyu izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose+, kuko agirira ubuntu+ intashima n’ababisha.