Imigani 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuhuni, biciye ku kanwa kiwe, akwegera mugenziwe guhona+, mugabo abagororotsi batabarwa n’ubumenyi+. Ezekiyeli 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mbega mumpumanye ku bantu banje kubera amashi ya sayiri no kubera ibimanyu vy’umukate+, kugira ngo mwice abatari bakwiye gupfa+ no kugira ngo muzigamire ubuzima abatari bakwiye kubaho, mu kubwira ikinyoma abantu banje, abumviriza ikinyoma+?”’
9 Umuhuni, biciye ku kanwa kiwe, akwegera mugenziwe guhona+, mugabo abagororotsi batabarwa n’ubumenyi+.
19 Mbega mumpumanye ku bantu banje kubera amashi ya sayiri no kubera ibimanyu vy’umukate+, kugira ngo mwice abatari bakwiye gupfa+ no kugira ngo muzigamire ubuzima abatari bakwiye kubaho, mu kubwira ikinyoma abantu banje, abumviriza ikinyoma+?”’