Nehemiya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Eliyashibu+ umuherezi mukuru na bene wabo, abaherezi, barahaguruka maze bubaka Irembo ry’Intama+. Bo ubwabo bararyeza+ hanyuma bashiraho imiryango yaryo; bararyeza gushika ku Munara wa Meya+, gushika ku Munara wa Hananeli+. Nehemiya 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Irembo ry’Igisagara ca Kera+ riba ari ryo Yoyada mwene Paseya na Meshulamu mwene Besodeya basanasana; bo ubwabo barishirako ibiti maze bashiraho imiryango yaryo n’ivyugazo vyaryo n’ibihindizo+ vyaryo. Nehemiya 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Irembo ryo ku Mubande+ riba ari ryo Hanuni n’ababa i Zanowa+ basanasana; bo ubwabo bararyubaka maze bashiraho imiryango+ yaryo n’ivyugazo+ vyaryo n’ibihindizo+ vyaryo, basanasana n’amatambwe* igihumbi mu ruhome gushika kw’Irembo ry’Ibirundo vy’Umunyota+.
3 Nuko Eliyashibu+ umuherezi mukuru na bene wabo, abaherezi, barahaguruka maze bubaka Irembo ry’Intama+. Bo ubwabo bararyeza+ hanyuma bashiraho imiryango yaryo; bararyeza gushika ku Munara wa Meya+, gushika ku Munara wa Hananeli+.
6 Irembo ry’Igisagara ca Kera+ riba ari ryo Yoyada mwene Paseya na Meshulamu mwene Besodeya basanasana; bo ubwabo barishirako ibiti maze bashiraho imiryango yaryo n’ivyugazo vyaryo n’ibihindizo+ vyaryo.
13 Irembo ryo ku Mubande+ riba ari ryo Hanuni n’ababa i Zanowa+ basanasana; bo ubwabo bararyubaka maze bashiraho imiryango+ yaryo n’ivyugazo+ vyaryo n’ibihindizo+ vyaryo, basanasana n’amatambwe* igihumbi mu ruhome gushika kw’Irembo ry’Ibirundo vy’Umunyota+.