Nehemiya 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Sanibalati na Geshemu baca bantumako bati: “Nuze, duhure+ kw’isango mu bigwati vyo mu kiyaya c’umubande ca Ono+.” Mugabo bariko bategura umugambi wo kungirira nabi+.
2 Sanibalati na Geshemu baca bantumako bati: “Nuze, duhure+ kw’isango mu bigwati vyo mu kiyaya c’umubande ca Ono+.” Mugabo bariko bategura umugambi wo kungirira nabi+.