Itanguriro 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo Kayini abwira Abeli mwene wabo ati: “Tugende mu gahinga.” Nuko bari mu gahinga, Kayini agurukira kuri Abeli mwene wabo, aramwica+. 2 Samweli 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo. 2 Samweli 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yowabu abwira Amasa ati: “Ni impore ga mwene wacu+?” Maze ukuboko kw’iburyo kwa Yowabu gufata ubwanwa bwa Amasa kugira ngo amusome+. Imigani 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umwankanyi yiyoberanisha iminwa yiwe, mugabo imbere muri we ashirayo ubuhendanyi+.
8 Inyuma y’ivyo Kayini abwira Abeli mwene wabo ati: “Tugende mu gahinga.” Nuko bari mu gahinga, Kayini agurukira kuri Abeli mwene wabo, aramwica+.
27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo.
9 Yowabu abwira Amasa ati: “Ni impore ga mwene wacu+?” Maze ukuboko kw’iburyo kwa Yowabu gufata ubwanwa bwa Amasa kugira ngo amusome+.