Nehemiya 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uruhome rukimara gusubira kwubakwa+, nca nshiraho imiryango+. Maze hashirwaho abarinzi b’amarembo+ n’abaririmvyi+ n’Abalewi+.
7 Uruhome rukimara gusubira kwubakwa+, nca nshiraho imiryango+. Maze hashirwaho abarinzi b’amarembo+ n’abaririmvyi+ n’Abalewi+.