ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 23:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umwami aguma ahagaze iruhande y’inkingi+; nuko agira isezerano+ imbere ya Yehova, yuko azokurikira+ Yehova be n’uko azogumya n’umutima wose+ be n’ubuzima bwose+ amabwirizwa+ yiwe n’ibishingantahe+ vyiwe n’ivyagezwe+ vyiwe, mu gushitsa amajambo y’iryo sezerano yari yanditswe muri ico gitabu+. Nuko abantu bose bemera iryo sezerano+.

  • 2 Ngoma 15:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Vyongeye, binjira mw’isezerano+ ryo kurondera Yehova Imana ya ba sekuruza babo n’umutima wabo wose n’ubuzima bwabo bwose+;

  • 2 Ngoma 34:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Umwami aguma ahagaze mu kibanza ciwe+ maze agira isezerano+ imbere ya Yehova yuko azokurikira Yehova be n’uko azogumya n’umutima wiwe wose+ be n’ubuzima bwiwe bwose+ amabwirizwa yiwe+ n’ibishingantahe vyiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+, kugira ngo ashitse+ amajambo y’isezerano yari yanditswe muri ico gitabu+.

  • Ezira 10:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ubu rero, tugirane isezerano+ n’Imana yacu ryo kwirukana+ abagore bose n’abavutse kuri bo, dukurikije impanuro ya Yehova n’iy’abajugumira+ kubera ibwirizwa+ ry’Imana yacu, kugira ngo bigirwe hisunzwe itegeko+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika