ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 mu mwaka ugira gatatu w’ingoma yiwe, atereka inzimano+ abaganwa biwe bose n’abasuku biwe, inteko za gisirikare z’Ubuperesi+ n’Ubumedi+, abanyacubahiro+ n’abaganwa b’intara z’ubutware, bakaba bari imbere yiwe+,

  • Esiteri 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 kandi ba somambike biwe bari Karishena na Shetari na Adumata na Tarushishi na Meresi na Marisena be na Memukani, abaganwa indwi+ b’Ubuperesi n’Ubumedi b’abishikira ku mwami+, kandi bakaba bicara imbere mu bwami) ati:

  • Esiteri 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Inyuma y’ivyo, Umwami Ahasuwerusi akuza Hamani+ mwene Hamedata Umwagagi+, amushira hejuru+ yongera ashira intebe yiwe hejuru y’abandi baganwa bose bari kumwe na we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika