ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nimba vy’ukuri umwami abona ko ari vyiza, nihandikwe itegeko ry’uko barandurwa; nanje nzoha italanto ibihumbi cumi+ z’ifeza abazokora igikorwa+ kugira zizanwe mu kigega c’umwami.”

  • Esiteri 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Hanyuma avuga ati: “Nimba umwami abona koko yuko ari vyiza, kandi nimba nagize ubutoni+ imbere yiwe kandi ico kintu kikaba kibereye imbere y’umwami, kandi nimba mpimbaye mu maso yiwe, nihandikwe ivyete vyo kuvuguruza za nzandiko+, wa mugambi wa Hamani mwene Hamedata Umwagagi+, izo yanditse kugira ngo arandure Abayuda+ bari mu ntara z’ubutware zose z’umwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika