Itanguriro 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+. Abalewi 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko ubuzima bw’umubiri buri mu maraso+, nanje nkaba nayashize ku gicaniro ku bwanyu kugira mutangirwe impongano+, kuko amaraso+ ari yo atuma haba impongano+ biciye ku buzima buri muri yo. Esiteri 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Esiteri umwamikazi aca yishura ati: “Nimba ngize ubutoni mu maso yawe ga mwami, kandi nimba umwami abona vy’ukuri ko ari vyiza, ngomba yuko ubuzima+ bwanje burokorwa, ngasaba kandi yuko igisata canje+ kiticwa.
7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+.
11 Kuko ubuzima bw’umubiri buri mu maraso+, nanje nkaba nayashize ku gicaniro ku bwanyu kugira mutangirwe impongano+, kuko amaraso+ ari yo atuma haba impongano+ biciye ku buzima buri muri yo.
3 Esiteri umwamikazi aca yishura ati: “Nimba ngize ubutoni mu maso yawe ga mwami, kandi nimba umwami abona vy’ukuri ko ari vyiza, ngomba yuko ubuzima+ bwanje burokorwa, ngasaba kandi yuko igisata canje+ kiticwa.