Ezira 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Barangiza iyo nzu ku musi ugira gatatu w’ukwezi* kwa Adari+, ni ukuvuga mu mwaka ugira gatandatu w’ingoma ya Dariyo umwami. Esiteri 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu kwezi kwa mbere+, ari kwo kwezi kwa Nisani*, mu mwaka ugira cumi na kabiri+ w’Umwami Ahasuwerusi, batera Puri+ ari bwo Bupfindo+, imbere ya Hamani ku musi ku musi, ku kwezi ku kwezi, gushika mu kw’icumi na kabiri, ari kwo kwezi kwa Adari+.
15 Barangiza iyo nzu ku musi ugira gatatu w’ukwezi* kwa Adari+, ni ukuvuga mu mwaka ugira gatandatu w’ingoma ya Dariyo umwami.
7 Mu kwezi kwa mbere+, ari kwo kwezi kwa Nisani*, mu mwaka ugira cumi na kabiri+ w’Umwami Ahasuwerusi, batera Puri+ ari bwo Bupfindo+, imbere ya Hamani ku musi ku musi, ku kwezi ku kwezi, gushika mu kw’icumi na kabiri, ari kwo kwezi kwa Adari+.