Amosi 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “‘Umwe yubaka ingazi ziwe mu majuru+, akubaka n’inyubakwa yiwe hejuru y’isi yashizeho+, umwe ahamagara amazi y’ikiyaga+, ngo ayasuke ku buringanire bw’isi+—Yehova ni ryo zina ryiwe+.’
6 “‘Umwe yubaka ingazi ziwe mu majuru+, akubaka n’inyubakwa yiwe hejuru y’isi yashizeho+, umwe ahamagara amazi y’ikiyaga+, ngo ayasuke ku buringanire bw’isi+—Yehova ni ryo zina ryiwe+.’