1 Abami 18:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Nuko muri ico gihe amajuru yirabuzwa n’ibicu n’umuyaga+, hanyuma imvura y’isegenya ikomeye itangura kugwa+. Maze Ahabu abandanya kugendera ku mukogote wiwe, aja i Yezireyeli+. Yakobo 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi yarongeye gusenga, maze ijuru ritanga imvura, igihugu na co gitanga ivyamwa vyaco+.
45 Nuko muri ico gihe amajuru yirabuzwa n’ibicu n’umuyaga+, hanyuma imvura y’isegenya ikomeye itangura kugwa+. Maze Ahabu abandanya kugendera ku mukogote wiwe, aja i Yezireyeli+.