1 Ngoma 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Iteka n’ubwiza bwakaka biri imbere yiwe+,Inkomezi n’akanyamuneza biri ahantu hiwe+. 1 Ngoma 29:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza+ n’ukuba agahebuza+ n’iteka+ ni ivyawe, ewe Yehova; kuko ikintu cose mu majuru no mw’isi ari icawe+. Ubwami ni ubwawe+, ewe Yehova, wewe mukuru ari hejuru ya vyose*+. Zaburi 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe Yehova Mukama wacu, ese ukuntu izina ryawe ari agakomeye mw’isi yose+,Wewe w’iteka riyagwa hejuru y’amajuru+!
11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza+ n’ukuba agahebuza+ n’iteka+ ni ivyawe, ewe Yehova; kuko ikintu cose mu majuru no mw’isi ari icawe+. Ubwami ni ubwawe+, ewe Yehova, wewe mukuru ari hejuru ya vyose*+.
8 Ewe Yehova Mukama wacu, ese ukuntu izina ryawe ari agakomeye mw’isi yose+,Wewe w’iteka riyagwa hejuru y’amajuru+!