ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.”

  • Yesaya 43:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Vyongeye, igihe cose ndi wa wundi nyene+; kandi nta n’umwe arokora mu kuboko kwanje+. Nzogira ico nkoze+, kandi ni nde yogusubiza inyuma+?”

  • Yeremiya 32:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova+! Ehe ni wewe wakoze amajuru n’isi ukoresheje ububasha bwawe buhambaye+ n’ukuboko kwawe kuramvuye+. Ico kintu cose si ic’agatangaza birenze urugero kuri wewe+,

  • Mariko 10:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Yezu abaraba mu maso, avuga ati: “Ku bantu ntibishoboka, mugabo ku Mana si ukwo, kuko vyose bishoboka ku Mana+.”

  • Luka 18:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Avuga ati: “Ibidashoboka ku bantu birashoboka ku Mana+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika