Itanguriro 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.” Yobu 42:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ndamenye ko ushobora gukora vyose+,Kandi nta ciyumviro utoshobora gushikako+. Yeremiya 32:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova+! Ehe ni wewe wakoze amajuru n’isi ukoresheje ububasha bwawe buhambaye+ n’ukuboko kwawe kuramvuye+. Ico kintu cose si ic’agatangaza birenze urugero kuri wewe+, Zakariya 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Naho ivyo vyosa n’ibigoye rwose mu maso y’amasigarira y’aba bantu azoba asigaye muri iyo misi, mbega vyosa n’ibigoye rwose no mu maso yanje+?’, ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.” Luka 18:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Avuga ati: “Ibidashoboka ku bantu birashoboka ku Mana+.”
14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.”
17 “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova+! Ehe ni wewe wakoze amajuru n’isi ukoresheje ububasha bwawe buhambaye+ n’ukuboko kwawe kuramvuye+. Ico kintu cose si ic’agatangaza birenze urugero kuri wewe+,
6 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Naho ivyo vyosa n’ibigoye rwose mu maso y’amasigarira y’aba bantu azoba asigaye muri iyo misi, mbega vyosa n’ibigoye rwose no mu maso yanje+?’, ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.”