Yobu 42:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ndamenye ko ushobora gukora vyose+,Kandi nta ciyumviro utoshobora gushikako+. Yeremiya 32:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Ehe ndi Yehova Imana y’abari n’umubiri bose+. Mbega hari ikintu c’agatangaza birenze urugero kibaho kuri jewe+? Mariko 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yezu abaraba mu maso, avuga ati: “Ku bantu ntibishoboka, mugabo ku Mana si ukwo, kuko vyose bishoboka ku Mana+.” Luka 18:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Avuga ati: “Ibidashoboka ku bantu birashoboka ku Mana+.”
27 “Ehe ndi Yehova Imana y’abari n’umubiri bose+. Mbega hari ikintu c’agatangaza birenze urugero kibaho kuri jewe+?
27 Yezu abaraba mu maso, avuga ati: “Ku bantu ntibishoboka, mugabo ku Mana si ukwo, kuko vyose bishoboka ku Mana+.”