ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi narabonye igikorwa cose c’Imana y’ukuri+, ingene abantu badashobora kwubura igikorwa cakozwe munsi y’izuba+; naho abantu bakora bagatama cane barondera, ntibubura+. Kandi naho bovuga ko ari inkerebutsi bihagije kugira ngo bamenye+, ntiboshobora kwubura+.

  • 1 Abakorinto 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ubwo bukerebutsi nta n’umwe mu batware+ b’iki gihe yabumenye+, kuko iyo babumenya batari kumanika+ wa Mukama w’ubuninahazwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika