ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Ntimuze murenganye mu guca urubanza. Ntukagire nkunzi mu kuntu ufata umuntu mutoyi+, kandi ntugahengamire ku wuhambaye+. Mugenzawe ukwiye kumucira urubanza mu butungane.

  • Imigani 24:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 N’aya majambo nyene ni ayagenewe abantu b’inkerebutsi+: Kugira nkunzi mu rubanza si vyiza+.

  • Yakobo 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mugabo ubukerebutsi+ buva hejuru imbere ya vyose ni ubutanduye+, maze bukaba ubw’amahoro+, bugira ibitegereka+, bugabirije kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibusobanura abantu mu kugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika