Imigani 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ururimi rw’abantu b’inkerebutsi rukora ineza biciye ku bumenyi+, mugabo akanwa k’ibijuju kadudubiza ubupfu+. Imigani 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hariho inzahabu, hakaba n’umurengera w’amabuye y’agaciro yitwa korali; mugabo iminwa y’ubumenyi ni ivyombo vy’agaciro+.
2 Ururimi rw’abantu b’inkerebutsi rukora ineza biciye ku bumenyi+, mugabo akanwa k’ibijuju kadudubiza ubupfu+.
15 Hariho inzahabu, hakaba n’umurengera w’amabuye y’agaciro yitwa korali; mugabo iminwa y’ubumenyi ni ivyombo vy’agaciro+.