ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+.

  • Yobu 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Ndakwinginze wibuke ko wankoze mw’ibumba+

      Kandi ko mu mukungugu ari ho uzonsubiza+.

  • 1 Abakorinto 15:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Umuntu wa mbere yavuye mw’isi akaba akozwe mu mukungugu+; umuntu wa kabiri yavuye mw’ijuru+.

  • 2 Abakorinto 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ariko dufise iryo tunga+ mu vyombo+ vy’ivu+, ngo ububasha+ burengeye ubusanzwe bube ubw’Imana+, ntibube ubuva kuri twebwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika