Zaburi 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umuntu buntu*+ ni iki ku buryo umwibuka+,N’umwana w’umuntu yakuwe mw’ivu ku buryo umwitaho+? Yesaya 64:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 None rero, ewe Yehova, uri Data+. Twebwe turi ibumba+, nawe uri Umubumvyi wacu+; kandi twese turi igikorwa c’ukuboko kwawe+. 1 Abakorinto 15:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Umuntu wa mbere yavuye mw’isi akaba akozwe mu mukungugu+; umuntu wa kabiri yavuye mw’ijuru+.
8 None rero, ewe Yehova, uri Data+. Twebwe turi ibumba+, nawe uri Umubumvyi wacu+; kandi twese turi igikorwa c’ukuboko kwawe+.